Hoseya 13:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzohura na bo nk’idubu yatakaje ivyana vyayo+, kandi nzobatantamura igikiriza. Nzobarokereza ng’aho nk’intambwe+; igikoko co mu gahinga kizobatabagura+. Amosi 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 ni nk’igihe umuntu ahunga intambwe hanyuma agahura n’idubu; kandi ni nk’igihe yinjira mu nzu, agafadikiza ikiganza ciwe ku ruhome, hanyuma inzoka ikamukomora+.
8 Nzohura na bo nk’idubu yatakaje ivyana vyayo+, kandi nzobatantamura igikiriza. Nzobarokereza ng’aho nk’intambwe+; igikoko co mu gahinga kizobatabagura+.
19 ni nk’igihe umuntu ahunga intambwe hanyuma agahura n’idubu; kandi ni nk’igihe yinjira mu nzu, agafadikiza ikiganza ciwe ku ruhome, hanyuma inzoka ikamukomora+.