Yobu 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko imyampi ya Mushoboravyose iri kumwe nanje+,Ubwayi bwayo akaba ari bwo umutima wanje uriko uranywa+;Ivy’agacavutu bivuye ku Mana vyitondetse ngo bindwanye+. Yobu 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abarashi+ bayo barankikuje;Insatura amafyigo+ ntiyumve impuhwe;Isesa hasi indurwe yanje.
4 Kuko imyampi ya Mushoboravyose iri kumwe nanje+,Ubwayi bwayo akaba ari bwo umutima wanje uriko uranywa+;Ivy’agacavutu bivuye ku Mana vyitondetse ngo bindwanye+.