Mika 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ubu urikebagura+, ewe mukobwa atewe; yadusugereje+. Umucamanza wa Isirayeli bazomukubita inkoni kw’itama+. Matayo 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ariko jewe ndababwiye nti: Nturwanye umuntu mubi; mugabo uwo wese agukubise ikofe kw’itama+ ry’i buryo, muhindukirize n’irindi. 1 Petero 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.
5 “Ubu urikebagura+, ewe mukobwa atewe; yadusugereje+. Umucamanza wa Isirayeli bazomukubita inkoni kw’itama+.
39 Ariko jewe ndababwiye nti: Nturwanye umuntu mubi; mugabo uwo wese agukubise ikofe kw’itama+ ry’i buryo, muhindukirize n’irindi.
23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.