Zaburi 69:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Egera ubuzima bwanje, ubuhabuze+;Nuncungure kubera abansi banje+. Zaburi 145:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yehova ari hafi y’abamwambaza bose+,Hafi y’abamwambaza mu kuri bose+. Yesaya 58:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ico gihe wohamagara, Yehova ubwiwe akakwitaba; wotabaza+, na we akavuga ati: ‘Ndi hano!’ “Niwakura hagati muri wewe umutambikwa w’ingǒgo+, ukareka gutunga agatoki+ no kuvuga ibintu bibabaza+; Yakobo 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mwiyegereze Imana, na yo izobiyegereza+. Mukarabe iminwe yanyu, mwebwe abacumuzi+, kandi mutyorore imitima yanyu+, mwebwe abadafata ingingo+.
9 Ico gihe wohamagara, Yehova ubwiwe akakwitaba; wotabaza+, na we akavuga ati: ‘Ndi hano!’ “Niwakura hagati muri wewe umutambikwa w’ingǒgo+, ukareka gutunga agatoki+ no kuvuga ibintu bibabaza+;
8 Mwiyegereze Imana, na yo izobiyegereza+. Mukarabe iminwe yanyu, mwebwe abacumuzi+, kandi mutyorore imitima yanyu+, mwebwe abadafata ingingo+.