Yobu 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None ubu ni je nsigaye ndi ururirimbo rwabo+,Kandi kuri bo ndi iciro ry’umugani+. Gucura intimba 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nahindutse agatwengo+ ku bantu bose bandwanya; ni jewe bavuga mu ruririmbo rwabo bukarinda bwira+.
14 Nahindutse agatwengo+ ku bantu bose bandwanya; ni jewe bavuga mu ruririmbo rwabo bukarinda bwira+.