Amosi 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mwebwe abiryamiye ku mariri y’amasenge y’inzovu+, mukigaramangira ku busaswa bwanyu, mukirira impfizi z’intama zo mu mukuku be n’ibimasa vyakuwe mu nyana zadoheshejwe+, Amosi 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ni co gituma rero bazoja mu bunyagano bari imbere y’abariko baja mu bunyagano+, kandi ukwidagadura kw’abigaramangira kuzovaho ata kabuza.
4 Mwebwe abiryamiye ku mariri y’amasenge y’inzovu+, mukigaramangira ku busaswa bwanyu, mukirira impfizi z’intama zo mu mukuku be n’ibimasa vyakuwe mu nyana zadoheshejwe+,
7 “Ni co gituma rero bazoja mu bunyagano bari imbere y’abariko baja mu bunyagano+, kandi ukwidagadura kw’abigaramangira kuzovaho ata kabuza.