Imigani 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Imigambi yo mu mutima w’umuntu ni myinshi+, mugabo impanuro ya Yehova ni yo izorama+. Gucura intimba 3:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Ni nde none yavuze ngo ikintu kibe kandi Yehova ubwiwe atabitegetse+?