Gusubira mu vyagezwe 29:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 emwe, amahanga yose ntazobura kuvuga ngo: ‘Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu+? Ukurungura kw’iryo shavu ryinshi kwavuye ku ki?’ 1 Abami 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 nzorandura rero Isirayeli ku buringanire bw’ubutaka nayihaye+; kandi inzu nereje izina ryanje nzoyita imve imbere+, kandi Isirayeli izocika iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose. Zaburi 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova amenyekanira ku rubanza yashikije+.Umubisha afashwe n’igikorwa c’amaboko yiwe+.Higayoni*. Sela.
24 emwe, amahanga yose ntazobura kuvuga ngo: ‘Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu+? Ukurungura kw’iryo shavu ryinshi kwavuye ku ki?’
7 nzorandura rero Isirayeli ku buringanire bw’ubutaka nayihaye+; kandi inzu nereje izina ryanje nzoyita imve imbere+, kandi Isirayeli izocika iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose.
16 Yehova amenyekanira ku rubanza yashikije+.Umubisha afashwe n’igikorwa c’amaboko yiwe+.Higayoni*. Sela.