Ezekiyeli 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Igihe kiraje, wa musi uzoshika ata kabuza. Umuguzi ntanezerwe+; uwugurisha na we ntaje mu kigandaro, kuko hari ishavu rirurumba rirurumbira isinzi ryaho ryose. 1 Petero 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.
12 Igihe kiraje, wa musi uzoshika ata kabuza. Umuguzi ntanezerwe+; uwugurisha na we ntaje mu kigandaro, kuko hari ishavu rirurumba rirurumbira isinzi ryaho ryose.
7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.