Ezekiyeli 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nya mashami amubera inkoni zikomeye, zigenewe kuba udukoni tw’abatware+. Ikireho cawo kirahava kiba kirekire hagati mu mashami, uribonekeza kubera uburebure bwawo, kubera amababi yawo menshi+.
11 Nya mashami amubera inkoni zikomeye, zigenewe kuba udukoni tw’abatware+. Ikireho cawo kirahava kiba kirekire hagati mu mashami, uribonekeza kubera uburebure bwawo, kubera amababi yawo menshi+.