63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+.
24 Ku bw’ivyo ibi ni vyo Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, wa Munyabubasha wa Isirayeli+, avuze: “Ahaa! Nzokwikurako abansi banje, kandi nzokwihora+ abansi banje+.