Yesaya 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kubera ko mwavuze muti: “Twaragiranye isezerano na Rupfu+; kandi twe na Kuzimu twaragize ico tubona+; isegenya rikukumura ry’umwuzure niryaramuka rirenganye, ntirizodushikīra, kuko twagize ikinyoma ubuhungiro bwacu+, twihisha mu bubeshi+”;
15 Kubera ko mwavuze muti: “Twaragiranye isezerano na Rupfu+; kandi twe na Kuzimu twaragize ico tubona+; isegenya rikukumura ry’umwuzure niryaramuka rirenganye, ntirizodushikīra, kuko twagize ikinyoma ubuhungiro bwacu+, twihisha mu bubeshi+”;