Zaburi 37:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova ubwiwe azomutwenga+,Kuko abona neza yuko umusi wiwe uzoza+.