Abalewi 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nanje nzoshinga igitsure canje* uyo muntu, ndamurandure mu bantu b’iwabo+, kuko yahaye uwo mu ruvyaro rwiwe Moleki kugira ahumanye aheranda hanje+ no kugira ahumanye izina ryanje ryeranda+. Abalewi 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Barira Aroni n’abahungu biwe, bagume bitandukanije n’ibintu vyeranda vya bene Isirayeli, ntibahumanye izina ryanje ryeranda+ mu bintu bariko bereza jewe+. Ndi Yehova.
3 Nanje nzoshinga igitsure canje* uyo muntu, ndamurandure mu bantu b’iwabo+, kuko yahaye uwo mu ruvyaro rwiwe Moleki kugira ahumanye aheranda hanje+ no kugira ahumanye izina ryanje ryeranda+.
2 “Barira Aroni n’abahungu biwe, bagume bitandukanije n’ibintu vyeranda vya bene Isirayeli, ntibahumanye izina ryanje ryeranda+ mu bintu bariko bereza jewe+. Ndi Yehova.