Abalewi 11:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 kugira mushire itandukaniro+ hagati y’igihumanye n’ikidahumanye, no hagati y’ikinyabuzima kiribwa n’ikidakwiye kuribwa.’” Ivyakozwe 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Petero avuga ati: “Oya Mukama, kuko ntarigera ndya ikintu na kimwe gihumanye kandi canduye+.”
47 kugira mushire itandukaniro+ hagati y’igihumanye n’ikidahumanye, no hagati y’ikinyabuzima kiribwa n’ikidakwiye kuribwa.’”
14 Mugabo Petero avuga ati: “Oya Mukama, kuko ntarigera ndya ikintu na kimwe gihumanye kandi canduye+.”