Matayo 21:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe muriko muyigira isenga ry’abambuzi+.”
13 Maze ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe muriko muyigira isenga ry’abambuzi+.”