ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 16:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi mu bintu vyawe vyose biteye ishishi be n’ubumaraya bwawe, ntiwibutse imisi y’ubuto bwawe ca gihe wari amenya, uri gusa; wakumbagara mu maraso yawe+.

  • Hoseya 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nzogira ico ndamubaza+ ku bijanye n’imisi yaguma afumbishiriza umwotsi w’ibimazi+ ibishushanyo vya Bayali+, igihe yaguma yishariza impeta yiwe n’udusharizo twiwe+, akaguma akurikira abamukunda urukundo rukaze+, nanje akanyibagira+,’ ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika