Ezekiyeli 16:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi mu bintu vyawe vyose biteye ishishi be n’ubumaraya bwawe, ntiwibutse imisi y’ubuto bwawe ca gihe wari amenya, uri gusa; wakumbagara mu maraso yawe+.
22 Kandi mu bintu vyawe vyose biteye ishishi be n’ubumaraya bwawe, ntiwibutse imisi y’ubuto bwawe ca gihe wari amenya, uri gusa; wakumbagara mu maraso yawe+.