Hoseya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova atangura kuvuga ijambo ryiwe biciye kuri Hoseya. Yehova abwira Hoseya ati: “Genda+ wabire umugore azokora ubusambanyi bigatuma uronka abana bavuye ku busambanyi, kuko ubusambanyi ari bwo butumye igihugu kireka gukurikira Yehova+.” Yakobo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.
2 Yehova atangura kuvuga ijambo ryiwe biciye kuri Hoseya. Yehova abwira Hoseya ati: “Genda+ wabire umugore azokora ubusambanyi bigatuma uronka abana bavuye ku busambanyi, kuko ubusambanyi ari bwo butumye igihugu kireka gukurikira Yehova+.”
4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.