Nehemiya 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko ntangura gutatira abanyacubahiro+ ba Yuda, ndababwira nti: “Ico kintu kibi muriko murakora ni igiki, mugahumanya mbere n’umusi w’isabato? Ezekiyeli 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Wasuzuguye ibibanza vyanje vyeranda, uhumanya amasabato yanje+.
17 Nuko ntangura gutatira abanyacubahiro+ ba Yuda, ndababwira nti: “Ico kintu kibi muriko murakora ni igiki, mugahumanya mbere n’umusi w’isabato?