Yesaya 57:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Waciye umanuka ugana Meleki ufise amavuta, uguma ugwiza amavuta manovu yawe+. Wagumye utuma intumwa zawe kure, ku buryo umanura ibintu gushika mu kuzimu+.
9 Waciye umanuka ugana Meleki ufise amavuta, uguma ugwiza amavuta manovu yawe+. Wagumye utuma intumwa zawe kure, ku buryo umanura ibintu gushika mu kuzimu+.