ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 13:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Isahu ryaco ryose uze uryegeranirize hagati mu kibanza ca bose caho, kandi utegerezwa guturira mu muriro nya gisagara+ be n’isahu ryaco ryose bibe ishikanwa ritangwa uko ryakabaye rihabwa Yehova Imana yawe, kandi gitegerezwa gucika ikirundo c’ibihomvagurike gushika igihe kitagira urugero+. Ntikize cigere congera kwubakwa.

  • 2 Abami 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami+ n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; aturiza umuriro n’inzu y’umuntu ahambaye wese+.

  • Yeremiya 39:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi Abakaludaya baturiza umuriro inzu y’umwami n’amazu y’abantu+ bongera basiturira hasi impome za Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 52:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; kandi inzu yose ihambaye ayituriza umuriro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika