Gusubira mu vyagezwe 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Isirayeli yose izovyumva itinye, kandi ntibazokwongera gukora ikintu kibi nk’ico hagati yawe+. 2 Petero 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi igatsindisha+ vya bisagara Sodomu na Gomora mu kubihindura iminyota, gutyo igashiriraho abantu batibanga Imana icitegererezo c’ibintu bizoza+;
11 Maze Isirayeli yose izovyumva itinye, kandi ntibazokwongera gukora ikintu kibi nk’ico hagati yawe+.
6 kandi igatsindisha+ vya bisagara Sodomu na Gomora mu kubihindura iminyota, gutyo igashiriraho abantu batibanga Imana icitegererezo c’ibintu bizoza+;