Yeremiya 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko ijambo rya Yehova rinzako ubugira kabiri riti: “Ubona iki?” Nanje nti: “Mbona inkono y’umunwa munini bahūshe*, kandi umunwa wayo uhengamye uva mu buraruko.” Ezekiyeli 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 bakavuga ngo: ‘Mbega ukwubaka amazu ntikuri hafi+? Iki gisagara ni inkono y’umunwa munini+, natwe tukaba inyama.’
13 Nuko ijambo rya Yehova rinzako ubugira kabiri riti: “Ubona iki?” Nanje nti: “Mbona inkono y’umunwa munini bahūshe*, kandi umunwa wayo uhengamye uva mu buraruko.”
3 bakavuga ngo: ‘Mbega ukwubaka amazu ntikuri hafi+? Iki gisagara ni inkono y’umunwa munini+, natwe tukaba inyama.’