Ezekiyeli 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ku bijanye n’abagandaguwe banyu mwashize hagati muri co, abo ni bo nyama+, na co kikaba inkono y’umunwa munini+; kandi mwebwe muzokurwa hagati muri co+.’”
7 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ku bijanye n’abagandaguwe banyu mwashize hagati muri co, abo ni bo nyama+, na co kikaba inkono y’umunwa munini+; kandi mwebwe muzokurwa hagati muri co+.’”