Yeremiya 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntibazobaha umukate ku bw’ikigandaro, kugira ngo bahoze umuntu ku bijanye n’uwapfuye+; eka kandi ntibazobaha igikombe c’ukwirurwa ngo banywe ku bwa se w’umuntu no ku bwa nyina w’umuntu+.
7 Ntibazobaha umukate ku bw’ikigandaro, kugira ngo bahoze umuntu ku bijanye n’uwapfuye+; eka kandi ntibazobaha igikombe c’ukwirurwa ngo banywe ku bwa se w’umuntu no ku bwa nyina w’umuntu+.