Yesaya 37:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 None rero, ewe Yehova Mana yacu+, dukize mu kuboko kwiwe+, kugira ngo ubwami bwose bwo mw’isi bumenye yuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Mana wenyene+.” Ezekiyeli 26:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ibisagara bihakukira biri mu gahinga, bizokwicishwa inkota, kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’
20 None rero, ewe Yehova Mana yacu+, dukize mu kuboko kwiwe+, kugira ngo ubwami bwose bwo mw’isi bumenye yuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Mana wenyene+.”
6 Ibisagara bihakukira biri mu gahinga, bizokwicishwa inkota, kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’