Zefaniya 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko Gaza izocika igisagara cahebwe+; Ashikeloni na yo izoba igiharabuga+. Ashidodi+ izokwirukanwa ku mutaga w’amaminangohe+; nayo Ekuroni, izorandurwa+.
4 Kuko Gaza izocika igisagara cahebwe+; Ashikeloni na yo izoba igiharabuga+. Ashidodi+ izokwirukanwa ku mutaga w’amaminangohe+; nayo Ekuroni, izorandurwa+.