Ezekiyeli 27:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mbere n’abatama b’i Gebali+ n’abahanga baho bahora muri wewe, ari abahoma amafatanirizo yawe+. Imeri zose zo mu kiyaga n’abazigendesha bahora muri wewe, kugira ngo bakābe ibidandazwa.
9 Mbere n’abatama b’i Gebali+ n’abahanga baho bahora muri wewe, ari abahoma amafatanirizo yawe+. Imeri zose zo mu kiyaga n’abazigendesha bahora muri wewe, kugira ngo bakābe ibidandazwa.