Ivyahishuwe 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 mu gihe bahagarara nka hariya kubera batinya ukubabazwa kwiwe, bakavuga+ bati: ‘Birababaje, birababaje, wewe gisagara gikomeye+, Babiloni wewe gisagara c’inkomezi, kuko mw’isaha imwe urubanza rwawe rushitse+!’
10 mu gihe bahagarara nka hariya kubera batinya ukubabazwa kwiwe, bakavuga+ bati: ‘Birababaje, birababaje, wewe gisagara gikomeye+, Babiloni wewe gisagara c’inkomezi, kuko mw’isaha imwe urubanza rwawe rushitse+!’