Daniyeli 2:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nuko umwami agira Daniyeli uwuhambaye+, amuha ingabirano zihambaye nyinshi, yongera amugira umutware w’intara y’ubutware yose ya Babiloni+, n’umutware mukuru aganza inkerebutsi zose za Babiloni.
48 Nuko umwami agira Daniyeli uwuhambaye+, amuha ingabirano zihambaye nyinshi, yongera amugira umutware w’intara y’ubutware yose ya Babiloni+, n’umutware mukuru aganza inkerebutsi zose za Babiloni.