Yesaya 23:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova nyen’ingabo ubwiwe ni we yafashe iyo ngingo+, kugira ngo ubwishime bw’ubwiza bwose buhumanywe+, kugira ngo abantu b’iteka bo kw’isi bakengerwe+.
9 Yehova nyen’ingabo ubwiwe ni we yafashe iyo ngingo+, kugira ngo ubwishime bw’ubwiza bwose buhumanywe+, kugira ngo abantu b’iteka bo kw’isi bakengerwe+.