-
Ezekiyeli 32:30Bibiliya y’isi nshasha
-
-
30 “‘Aho ni ho abatware bo hasi bo mu buraruko bari, bose hamwe, n’Abanyasidoni bose+, abamanukanye ibimaramare bari kumwe n’abagandaguwe, naho bari bateye ubwoba kubera ubushobozi bwabo. Bazoryama ari abatagenyerewe, bari kumwe n’abagandagujwe inkota, bikorere agateterwe kabo kumwe n’abamanuka muri ca cobo+.
-