Itanguriro 25:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yakobo araheza aha Esawu umukate n’isupu y’inkore, uno na we atangura kurya no kunywa+. Maze arahaguruka arigira. Ukwo ni ko Esawu yasuzuguye uburenganzira bwiwe bw’imfura+.
34 Yakobo araheza aha Esawu umukate n’isupu y’inkore, uno na we atangura kurya no kunywa+. Maze arahaguruka arigira. Ukwo ni ko Esawu yasuzuguye uburenganzira bwiwe bw’imfura+.