Guharura 33:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 “‘Ariko nimutirukana ababa muri ico gihugu ngo bave imbere yanyu+, abo muzosigaza muri bo ntibazobura kubabera nk’ibintu bibazibura mu maso, bababere kandi nk’amahwa mu mbavu; emwe, bazobatoteza mu gihugu muzoba mubayemwo+. Yosuwa 23:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 mumenye neza ko Yehova Imana yanyu atazobandanya kwomora ayo mahanga ku bwanyu+; emwe, ntazobura kubabera nk’umutego be n’umushibuka, n’ikimoko mu biyunguyungu vyanyu+ kandi nk’amahwa mu maso yanyu gushika muyogeye kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+.
55 “‘Ariko nimutirukana ababa muri ico gihugu ngo bave imbere yanyu+, abo muzosigaza muri bo ntibazobura kubabera nk’ibintu bibazibura mu maso, bababere kandi nk’amahwa mu mbavu; emwe, bazobatoteza mu gihugu muzoba mubayemwo+.
13 mumenye neza ko Yehova Imana yanyu atazobandanya kwomora ayo mahanga ku bwanyu+; emwe, ntazobura kubabera nk’umutego be n’umushibuka, n’ikimoko mu biyunguyungu vyanyu+ kandi nk’amahwa mu maso yanyu gushika muyogeye kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+.