Yeremiya 30:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ni co gituma abakurotsa bose na bo bazorotswa+; nayo abarwanizi bawe bose, bazojanwa kugirwa imbohe bose+. Abagusahura bose bazoba koko abo gusahurwa, kandi abakunyaga bose nzobatanga banyagwe+.”
16 Ni co gituma abakurotsa bose na bo bazorotswa+; nayo abarwanizi bawe bose, bazojanwa kugirwa imbohe bose+. Abagusahura bose bazoba koko abo gusahurwa, kandi abakunyaga bose nzobatanga banyagwe+.”