Ezekiyeli 29:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nta kirenge c’umuntu yakuwe mw’ivu kizohaca+ canke ikinono c’igitungwa+, kandi kizomara imyaka mirongo ine ata kikibamwo+.
11 Nta kirenge c’umuntu yakuwe mw’ivu kizohaca+ canke ikinono c’igitungwa+, kandi kizomara imyaka mirongo ine ata kikibamwo+.