Yoweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+, mukome akaruru k’intambara+ ku musozi wanje mweranda+. Ababa mu gihugu bose nibahagarike umutima+; kuko umusi wa Yehova uriko uraza+, kuko uri hafi! Obadiya 15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko umusi wa Yehova wo guhagurukira amahanga yose uri hafi+. Uko wagize ni ko uzogirirwa+. Ivyo wakoze bizogusubira ku mutwe+. Zefaniya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ceceka imbere y’Umukama Segaba Yehova+; kuko umusi wa Yehova uri hafi+, kuko Yehova yateguye ikimazi+; yejeje+ abatumire biwe.
2 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+, mukome akaruru k’intambara+ ku musozi wanje mweranda+. Ababa mu gihugu bose nibahagarike umutima+; kuko umusi wa Yehova uriko uraza+, kuko uri hafi!
15 Kuko umusi wa Yehova wo guhagurukira amahanga yose uri hafi+. Uko wagize ni ko uzogirirwa+. Ivyo wakoze bizogusubira ku mutwe+.
7 Ceceka imbere y’Umukama Segaba Yehova+; kuko umusi wa Yehova uri hafi+, kuko Yehova yateguye ikimazi+; yejeje+ abatumire biwe.