Yeremiya 46:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano+, ewe mukobwa wa Misiri uba ng’aho+! Kuko Nofu+ izocika akajoreza kandi izoturirwa, ku buryo ata wuzohaba+.
19 Niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano+, ewe mukobwa wa Misiri uba ng’aho+! Kuko Nofu+ izocika akajoreza kandi izoturirwa, ku buryo ata wuzohaba+.