ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 30:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 We n’abantu biwe bari kumwe na we, intwazamukazo z’amahanga+, bagira bazanwe kugira ngo batume igihugu gisigara ari ibihomvagurike. Emwe, bazosokora inkota zabo barwanye Misiri, buzuze igihugu abagandaguwe+.

  • Habakuki 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko ehe ngira mpagurutse Abakaludaya+, ihanga ry’inkazi kandi ry’irihurudutsi rija mu bibanza vyagutse vy’isi kugira ngo ryigarurire ingo zitari izaryo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika