Ezekiyeli 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Mwana w’umuntu, uzorya umukate wawe ujugumira, unywe amazi yawe uhagaritse umutima kandi uri n’amaganya+.
18 “Mwana w’umuntu, uzorya umukate wawe ujugumira, unywe amazi yawe uhagaritse umutima kandi uri n’amaganya+.