Ezekiyeli 32:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “‘Abo ni bo Farawo azobona, kandi ntazobura guhozwa ku bijanye n’isinzi ryiwe ryose+. Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare bazoba abagandagujwe inkota,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
31 “‘Abo ni bo Farawo azobona, kandi ntazobura guhozwa ku bijanye n’isinzi ryiwe ryose+. Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare bazoba abagandagujwe inkota,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.