Umusiguzi 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko umuntu+ mbere atazi igihe ciwe+. Nka kurya kw’amafi afatirwa mu rusenga+ rubi, kandi nk’inyoni zifatirwa mu mutego+, ni ko n’abana b’abantu bafatwa n’umutego mu gihe c’ivyago+, igihe ubaguyeko bukwi na bukwi+. Hoseya 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Iyo bazoja hose, nzosanza urusenga rwanje hejuru yabo+. Nzobamanura nk’ibiremwa biguruka vyo mu kirere+. Nzobatoza indero nisunze inkuru yashikirijwe ikoraniro ryabo+. Habakuki 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 None coba ari co gituma azokwama acuranura urusenga rwiwe rw’umukwabu, akama yica amahanga ata mpuhwe+?
12 Kuko umuntu+ mbere atazi igihe ciwe+. Nka kurya kw’amafi afatirwa mu rusenga+ rubi, kandi nk’inyoni zifatirwa mu mutego+, ni ko n’abana b’abantu bafatwa n’umutego mu gihe c’ivyago+, igihe ubaguyeko bukwi na bukwi+.
12 “Iyo bazoja hose, nzosanza urusenga rwanje hejuru yabo+. Nzobamanura nk’ibiremwa biguruka vyo mu kirere+. Nzobatoza indero nisunze inkuru yashikirijwe ikoraniro ryabo+.
17 None coba ari co gituma azokwama acuranura urusenga rwiwe rw’umukwabu, akama yica amahanga ata mpuhwe+?