27 Mbega ntibazoryama hamwe n’abanyenkomezi+, abagwa bavuye mu batagenyerewe, bamanutse mu kuzimu n’ibirwanisho vyabo vy’intambara? Bazorambika inkota zabo munsi y’imitwe yabo, kandi amakosa yabo azoba ku magufa yabo+, kuko abanyenkomezi bari agaterabwoba mu gihugu c’abazima+.