1 Samweli 17:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nanje ndagikurikira, ndagikubita+, nkura nya gitungwa mu kanwa kaco. Kimvumbukiye, ndagicakira ivyanwa maze ndakigarika, ndacica.
35 Nanje ndagikurikira, ndagikubita+, nkura nya gitungwa mu kanwa kaco. Kimvumbukiye, ndagicakira ivyanwa maze ndakigarika, ndacica.