Zaburi 46:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela. Ezekiyeli 37:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Itaberenakulo* yanje izoba vy’ukuri hejuru yabo+; nzoba koko Imana yabo, na bo babe abantu banje+.
7 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela.
27 Itaberenakulo* yanje izoba vy’ukuri hejuru yabo+; nzoba koko Imana yabo, na bo babe abantu banje+.