Imigani 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwutwengera mw’ijigo ntahonikora aba asize iceyi Uwamuhinguye+. Uwunezererwa icago c’uwundi ntazobura guhanwa+. Obadiya 12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ntiwari ukwiye kwirorerera ku musi wa mwene wanyu+, ku musi w’amagorwa yiwe; ntiwari ukwiye kunezerwa ku bijanye na bene Yuda ku musi bahona+; ntiwari ukwiye kuguma utaburuye umunwa ku musi w’amarushwa yabo.
5 Uwutwengera mw’ijigo ntahonikora aba asize iceyi Uwamuhinguye+. Uwunezererwa icago c’uwundi ntazobura guhanwa+.
12 “Ntiwari ukwiye kwirorerera ku musi wa mwene wanyu+, ku musi w’amagorwa yiwe; ntiwari ukwiye kunezerwa ku bijanye na bene Yuda ku musi bahona+; ntiwari ukwiye kuguma utaburuye umunwa ku musi w’amarushwa yabo.