Guharura 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ‘Kubera ko Yehova atari ashoboye kuzana aba bantu mu gihugu yabarahiye, yaciye atangura kubicira mu gahinga+.’ Yosuwa 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abanyakanani n’ababa mu gihugu bose bazovyumva, badukikuze ata gukeka, maze barandure izina ryacu kw’isi+; none uzokora iki ku bw’izina ryawe rihambaye+?”
16 ‘Kubera ko Yehova atari ashoboye kuzana aba bantu mu gihugu yabarahiye, yaciye atangura kubicira mu gahinga+.’
9 Abanyakanani n’ababa mu gihugu bose bazovyumva, badukikuze ata gukeka, maze barandure izina ryacu kw’isi+; none uzokora iki ku bw’izina ryawe rihambaye+?”