Zaburi 102:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amahanga azotinya izina rya Yehova+,Abami bose bo mw’isi na bo batinye ubuninahazwa bwawe+.