Ezekiyeli 28:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye+, ewe Sidoni, ninahazwe koko hagati muri wewe+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninashitsa imanza+ muri we, nkezwa vy’ukuri muri we+.
22 Uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye+, ewe Sidoni, ninahazwe koko hagati muri wewe+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninashitsa imanza+ muri we, nkezwa vy’ukuri muri we+.